Wikipedia rnwiki https://rn.wikipedia.org/wiki/Urupapuro_nyamukuru MediaWiki 1.45.0-wmf.9 first-letter Media Vyisangije Ikiyago Uwukoresha Ikiyago c'uwukoresha Wikipedia Ikiyago kuri Wikipedia Dosiye Ikiyago kw'idosiye MediaWiki Ikiyago kuri MediaWiki Ingero Ikiyago cerekeye ingero Ubufasha Ikiyago k'ubufasha Umuce Ikiyago cerekeye umuce TimedText TimedText talk Module Module talk Event Event talk Uwukoresha:Irangabiye 2 5429 25315 25310 2025-07-11T08:54:43Z Irangabiye 10346 Inka 25315 wikitext text/x-wiki Inyambo ni inka benshi bakunze kwita inka zikirundi kuko kuva kuntwaro yacami zahozeho mu Burundi ziri muri bimwe vyaranze amateka n'umuco nakaranga k'uburundi, zirangwa n'umuvyimbuho munini, amahembe manini kandi maremare, agaransuye,  ateye neza. Inyambo ziba zifise amaso mato, amaguru ateye neza, izosi canke igikanu kiganitse, ibara rimwe ry'ubuhomba kandi mu mpande zose.[https://therevelator.org/rwanda-inyambo/] g4l3a5fid7xjjdrn2czqfd0cmnbmb2y